Yusufu araheza ariregura ati: “Nyabuna, ni we yanyinginze, aranyipfuza”. Ni ho rero hatura umwana akiri uruyoya yari arerewe mu muryango wa nya mugore, maze abera icabona Yusufu, avuga ati: “Nimurabe ikanzu ya Yusufu, niyaba yatabutse ku gikiriza, uyo mugore azoba yavuze ukuri ku vyo yagiriza Yusufu; Yusufu na we muri ico gihe, azoba ari mu babeshi;