Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

An-Náml 27:51 فانظر كيف كان عاقبة مكرهم انا دمرناهم وقومهم اجمعين ٥١

Página 381 · Juz 19

فَٱنظُرۡ
كَيۡفَ
كَانَ
عَٰقِبَةُ
مَكۡرِهِمۡ
أَنَّا
دَمَّرۡنَٰهُمۡ
وَقَوۡمَهُمۡ
أَجۡمَعِينَ
٥١
Ntumwa y’Imana! Ehe raba rero ukuntu iherezo ry’umugambi wabo mubi ryagenze; ni ukuri, Twararanduranye n’imizi nya bigaba hamwe n’abantu bavyo bose;
Continuar leyendo

Lee Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Plot of the Mischief-Makers and the End of the People of Thamud

Allah tells us about the evildoers of Thamud and their leaders who used to call their people to misguidance and disbelief, and to deny Salih. Eventually they killed the she-camel and were about to kill Salih too. They plotted to let

…

The Plot of the Mischief-Makers and the End of the People of Thamud

Allah tells us about the evildoers of Thamud and their leaders who used to call the

…
Ver Tafsires

Leer en contexto

45. Ni ukuri Twebwe Allah, Twararungitse kuri Bene Thamuudi mwenewabo Swalehe, kugira abararikire kwemera Imana Allah, araheza ababwira ati: “Nimwiyegereze Imana Allah mu vyo mukora vyose, munayisenga ari Imwe Rudende mutayibangikanya”. Ni ho baca bicamwo imigwi ibiri: abamwemera n’abamugarariza, umugwi wose muri yo ukemeza ko ari wo uri mu kuri. 46. Swalehe yabwiye umugwi w’abamugarariza ati: “Ni kuki, aho nyene mwihutira kugarariza no gukora ibibi mwohanirwa, ha kwihutira ukwemera n’ugukora ivyiza mwohemberwa! Mbega ntimwopfuma musaba Imana Allah imbabazi, mukigaya ku vyaha vyanyu kugira Ibagirire impuhwe!”. 47. Abagarariji bishuye Swalehe bati: “Wewe hamwe n’abinjiye mw’idini ryawe, muraduteye umwaku koko”. Swalehe yaciye abishura ati: “Icobashikira cose, caba iciza canke ikibi, kizoba caragezwe n’Imana Allah kuri mwebwe, ahubwo rero mwebwe muri abantu mugeragezwa ku butunzi no ku bukene, co kimwe no kugeragezwa ku ciza n’ikibi”. 48. Mu gisagara ca Swalehe rero, hari abantu b’ibigaba icenda bagenzwa n’ubwononyi kw’isi; ntibigera bakora ibitunganye namba; 49. Abo bantu icenda, babwiranye hagati yabo bati: “Umwumwe wese, narahire kw’izina ry’Imana Allah, ko dutegerezwa gutera giturumbuka Swalehe mw’ijoro, maze tukamwica we hamwe n’umuryango wiwe; hanyuma bukeye, nta nkeka ko tuzobwira umuhagarikizi wiwe azoshaka kumwihorera, ko tutigeze tumenya uko yapfuye, duheze turahire turengwe ko turi imvugakuri koko mu vyo tuvuze”. 50. Ni ho bategura nya gutegura uwo mugambi mubi wo kwica Swalehe hamwe n’umuryango wiwe, maze Twebwe Allah Turahinyura nya mugambi, Turaheza Dukingira Swalehe n’umuryango wiwe, ntibicwa, Duca Duhana nya bantu b’ibigaba giturumbuka ata vyo bari biteze. 51. Ntumwa y’Imana! Ehe raba rero ukuntu iherezo ry’umugambi wabo mubi ryagenze; ni ukuri, Twararanduranye n’imizi nya bigaba hamwe n’abantu bavyo bose; 52. Ng’iyo n’imihana yabo yasigaye igaragara ata n’igisanira kiharangwa, Twabahoneje ku kwirenganya kwabo mw’ibangikanyamana no mu guhakana bivuye inyuma Intumwa Swalehe. Mu vy’ukuri mw’ihonywa rya Bene Thamuudi, ni ukuri harimwo inkebuzo ku bantu bihweza bakamenya ukuntu Twabahanye. 53. Twaranarokoye mu bihano vy’ihonywa rya Bene Thamuudi Swalehe (nyakugira amahoro y’Imana Allah) hamwe n’abemeramana bari kumwe, bakanikingira n’ibihano vy’Imana Allah mu kuyemera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Continuar leyendo

Notas y reflexiones

No tienes ninguna nota ni reflexión sobre este versículo.

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir