Burya, abemera Aayah zacu za Qor’ani bakanagendera vy’ukuri ibirimwo, ni barya iyo bibukijwe canke basomewe nya Aayah, bashoka bubama ku ruhanga, bagaheza muri nya kwubama bagashimagiza Imana yabo Rurema Allah, bayininahaza bayitazira, kandi ntibagira amanyama ngo banke kwubamira Imana Imwe Rudende Allah1;