Shira ikiganza cawe rero mu kwaha kwawe, kivayo cererana gisayangana bidaturutse ku ndwara y’ubukarabe; ico, ni kimwe mu bitangaro icenda1 vyerekana ko uri Intumwa vy’ukuri Ndungitse kwa Firawuni n’abantu biwe; mu vy’ukuri, bari mu bantu b’ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah”.