Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Qásas 28:29 ۞ فلما قضى موسى الاجل وسار باهله انس من جانب الطور نارا قال لاهله امكثوا اني انست نارا لعلي اتيكم منها بخبر او جذوة من النار لعلكم تصطلون ٢٩

Página 389 · Juz 20

۞ فَلَمَّا
قَضَىٰ
مُوسَى
ٱلۡأَجَلَ
وَسَارَ
بِأَهۡلِهِۦٓ
ءَانَسَ
مِن
جَانِبِ
ٱلطُّورِ
نَارٗاۖ
قَالَ
لِأَهۡلِهِ
ٱمۡكُثُوٓاْ
إِنِّيٓ
ءَانَسۡتُ
نَارٗا
لَّعَلِّيٓ
ءَاتِيكُم
مِّنۡهَا
بِخَبَرٍ
أَوۡ
جَذۡوَةٖ
مِّنَ
ٱلنَّارِ
لَعَلَّكُمۡ
تَصۡطَلُونَ
٢٩
Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) amaze gukwiza ikiringo c’imyaka cumi, agafata urugendo agaruka muri Misiri ari kumwe n’umuryango wiwe, yabonye umucanwa waka mw’ijoro hambavu y’umusozi Twuuri Sinayi, aca abwira umuryango wiwe ati: “Nimundindire gato, ni ukuri jewe nabonye umucanwa, hari n’aho nobazanira inkuru ituzimurura, canke nkabazanira igishirira kugira mwote”.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Musa's Return to Egypt and how he was honored with the Mission and Miracles on the Way

In the explanation of the previous Ayah, we have already seen that Musa completed the longer and better of the two terms, which may also be understood from the Ayah where Allah says:

فَلَمَّا قَضَى مُوسَى الاٌّجَلَ

(

…

Musa's Return to Egypt and how he was honored with the Mission and Miracles on the Way

In the explanation of the previous Ayah, we have already seen th

…
Ver tafsirs

Leer related-content

29. Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) amaze gukwiza ikiringo c’imyaka cumi, agafata urugendo agaruka muri Misiri ari kumwe n’umuryango wiwe, yabonye umucanwa waka mw’ijoro hambavu y’umusozi Twuuri Sinayi, aca abwira umuryango wiwe ati: “Nimundindire gato, ni ukuri jewe nabonye umucanwa, hari n’aho nobazanira inkuru ituzimurura, canke nkabazanira igishirira kugira mwote”. 30. Musa amaze gushika hamwe yabona umucanwa, yumvise ijwi rizananye mu kabande kari iburyo bw’aho yari ari mu kibanza gihezagiye musi y’igiti, rimuhamagara riti: “Ewe Musa! Mu vy’ukuri, ni Jewe Allah, Imana Rurema w’ibiremwa vyose; 31. Terera rero inkoni yawe hasi”. Musa amaze kuyiterera hasi, yaciye ihinduka inzoka yigendera. Musa abonye ya nkoni igenda iranyiganyiga nk’inzoka, yasubiye inyuma amaguru adakora hasi ahunga ata gukebuka kubera ubwoba. Imana Allah Ica Iramutururuza Iti: “Ewe Musa! Garuka ng’aha kandi ntutinye namba, mu vy’ukuri wewe uri mu batekanishijwe, nta kabi kogushikira; 32. Shira ikiganza cawe mu kwaha ugicishije mw’idebure ry’impuzu, kivayo cererana gisayangana bidaturutse ku ndwara y’ubukarabe, uheze ushire n’ukuboko kwawe ku gikiriza uheze utekane. Ivyo rero, ni ibitangaro bibiri uhawe n’Imana yawe Rurema Allah kugira uje kwa Firawuni n’abunganizi biwe”. Mu vy’ukuri Firawuni n’abunganizi biwe, bari abantu b’ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 33. Musa kubera ubwoba, yaciye avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Mu vy’ukuri jewe, narishe umuntu mu Banyagiputa, nkaba ntinya ko bonyica mu gihe nosubirayo; 34. Kandi burya murumunanje Haruna aravuga agatomora kundusha, ndagusavye rero Umundungikane kugira ambere umufasha, anyunganire mu gushikiriza ubutumwa; mu vy’ukuri, ndafise impungenge ko bohakana bivuye inyuma ko ndi Intumwa yarungitswe kuri bo”. 35. Imana Allah Yabwiye Musa Iti: “Tuzogutera intege mu kukurungikana na murumunawe, Duheze Tubahe mwempi ububasha n’ivyemezo bituma Firawuni n’abantu biwe badashobora kubagirira nabi. Mwempi rero hamwe n’abazobakurikira bakabemera, ni mwebwe mutegerezwa gutsinda”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir