Ntumwa y’Imana! Abantu bawe warungitsweko nibaguhakana bivuye inyuma, si wewe uzoba ubaye uwa mbere, ni ukuri n’abantu bo hambere yawe barahakanye bivuye inyuma Intumwa barungikiwe; abarungikiwe Nuhu, Bene Aadi barungikiwe Huudi, Bene Thamuudi barungikiwe Swalehe;