Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Tá-Há 20:101 خالدين فيه وساء لهم يوم القيامة حملا ١٠١

Página 319 · Juz 16

خَٰلِدِينَ
فِيهِۖ
وَسَآءَ
لَهُمۡ
يَوۡمَ
ٱلۡقِيَٰمَةِ
حِمۡلٗا
١٠١
Ari mu bazokwama mu bihano ibihe bidahera; kuri nya musi w’izuka, bazokwiremeka umutwaro mubi cane w’ivyaha;
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Entire Qur'an is the Remembrance of Allah and mentioning thePunishment of Those Who turn away from It

Allah, the Exalted, is saying to Prophet Muhammad ﷺ, `We have told you (O Muhammad) the story of Musa and what happened with him, Fir`awn and his armies, just as it actually happened. Likewise, W

…

The Entire Qur'an is the Remembrance of Allah and mentioning thePunishment of Those Who turn away from It

Allah, the Exalted, is saying to Prophet Muha

…
Ver tafsirs

Leer related-content

99. Ntumwa y’Imana! Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twakwiganiye inkuru zo muri kahise ka Musa na Firawuni hamwe n’abantu babo - Tukwiganira n’inkuru yo muri kahise k’ab’aho hambere yawe. Ni ukuri Twebwe Allah, Twaranaguhaye Qor’ani kugira ibe urwibutso ku bibuka bakikebuka. 100. Uwuzokwirengagiza rero iyi Qor’ani, ntaheze ngo ayemere anayigendere, mu vy’ukuri, azoza ku musi w’izuka yiremetse umutwaro w’ivyaha amahanga; 101. Ari mu bazokwama mu bihano ibihe bidahera; kuri nya musi w’izuka, bazokwiremeka umutwaro mubi cane w’ivyaha; 102. Umusi havugijwe inzamba igira kabiri y’izuka ry’ibiremwa, maze Tugashorera abagarariji kuri nya musi birabura, amaso na yo yatukuye kubera intureka z’uwo musi; 103. Bongorerana hagati yabo bati: “Ntimwabaye kw’isi kiretse imisi cumi gusa”. 104. Twebwe Allah, Turazi neza ivyo bazovuga bongorerana igihe uwutahura muri bo gusumba abandi azovuga ati: “Ntimwabaye kw’isi kiretse umusi umwe gusa”, mu kwerekana ko ubuzima bwo kw’isi ari bugufi cane ugereranije n’ubuzima bw’inyuma yo gupfa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir