مَّثَلُ
ٱلۡجَنَّةِ
ٱلَّتِي
وُعِدَ
ٱلۡمُتَّقُونَۖ
فِيهَآ
أَنۡهَٰرٞ
مِّن
مَّآءٍ
غَيۡرِ
ءَاسِنٖ
وَأَنۡهَٰرٞ
مِّن
لَّبَنٖ
لَّمۡ
يَتَغَيَّرۡ
طَعۡمُهُۥ
وَأَنۡهَٰرٞ
مِّنۡ
خَمۡرٖ
لَّذَّةٖ
لِّلشَّٰرِبِينَ
وَأَنۡهَٰرٞ
مِّنۡ
عَسَلٖ
مُّصَفّٗىۖ
وَلَهُمۡ
فِيهَا
مِن
كُلِّ
ٱلثَّمَرَٰتِ
وَمَغۡفِرَةٞ
مِّن
رَّبِّهِمۡۖ
كَمَنۡ
هُوَ
خَٰلِدٞ
فِي
ٱلنَّارِ
وَسُقُواْ
مَآءً
حَمِيمٗا
فَقَطَّعَ
أَمۡعَآءَهُمۡ
١٥
Uko Ubwami bw’ijuru bwasezeraniwe abagamburukiramana buteye, burimwo inzuzi nininini z’amazi atemba atigera agira urubobi; inzuzi z’amata akanovera kayo katigera gahinduka; inzuzi z’inzoga y’akanovera iryohera abanywi, burimwo rero n’inzuzi z’ubuki bw’umutsama, busukuye ntiworaba! Muri nya Bwami kandi, bazohabwa n’ivyamwa vy’ubwoko bwose. Hejuru y’ivyo vyose, hari ukugumirizwa akabanga n’Imana yabo Rurema Allah mu kwirengagiza ivyaha vyabo. None ga yemwe! Uwuri mu Bwami bw’ijuru buteye ukwo, yohurira he n’uwuri mu muriro azobamwo ibihe bidahera, aho we n’abo bari kumwe bazohemburwa n’amazi yasebuye akaryimara, maze akabacagagura amara!
Read q-and-a.tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
The Worshipper of the Truth and the Worshipper of Lust are not Equal
Allah says:
أَفَمَن كَانَ عَلَى بَيِّنَةٍ مِّن رَّبِّهِ
(Can then he, who stands on clear evidence from his Lord...) This means a person who is upon clear vision and certainty concerning Allah's commands and His religion, because of t
…The Worshipper of the Truth and the Worshipper of Lust are not Equal
Allah says:
أَفَمَن كَانَ عَلَى بَيِّنَةٍ مِّن رَّبِّهِ
(Can then he, who stands on
…