Mbega none, abahakanyi batigera banyurwa na Aayah n’ivyemezo vy’Imana Allah, ntibaragendagenda kw’isi ngo birabire ukuntu iherezo ry’abahakanyi b’aho hambere yabo ryagenze! Imana Allah Yabaranduranye n’imizi, Isitagura n’inyubakwa zabo. Abagarariji rero, bafise iherezo ribi nk’iry’abo hambere yabo.