Ku musi w’izuka, aho ibiremwa vyose bizoseruka imbere y’Imana Allah. Kuri uwo musi, nta na kimwe kizoba kinyegejwe kuri Yo mu vyerekeye ibiremwa, Imana Allah Izoheza Ivuge Iti: “Ubwami nya bwami kuri uno musi, ni ubwa nde!”. Izokwiyishura Iti: “Ni ubw’Imana Allah Nyarudende, Nyeninkomezi-ntangere;