Canke ababangikanyamana bagize ibigirwamana basenga mu gishingo c’Imana Allah, kugira bibavugire kuri Yo! Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Mbega none, ibigirwamana vyobavugira gute kandi na vyo nyene ata na kimwe bigaba, eka ntibinamenya namba ko mubisenga!”.