Mbega bantu! Karashize ingani mugotwe ku bihano vy’Imana Allah, mutekaniwe ku Mana Allah ko Itobafuririra imusozi, canke ko Itobarungikira imvura y’urubuye izananye mu kirere, hanyuma mukisanga ata muhagarikizi n’umwe yoshobora kubakingira ivyo bihano!