Mu ndongozi z’abagarariji mu bantu rero, harimwo uwuharira ku bijanye n’isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah, irungikwa ry’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) hamwe n’imanurwa rya Qor’ani, agaharira kuri ivyo ata n’ubumenyi abifiseko, ata n’uburongozi, eka ata n’ivyemezo bitomoye yisunga biri mu Gitabu kivuye ku Mana Allah;