Ntumwa y’Imana! Niwabaza ababangikanyamana uti: “Ni nde Yaremye amajuru n’isi Akabiringaniza, Akagira izuba n’ukwezi ku neza y’ibiremwa?”. Bazokwishura ata guhigimanga bavuga bati: “Ni Imana Allah Yabiremye”. None ni gute bayibangikanya ha kuyisenga ari Imwe Rudende!