Ntumwa y'Imana! Ni nk’uko nyene rero - Twebwe Allah Dutomora ivyemezo vyerekana ukuri kugira ngo kumenyekane - Duheza Tugatomorera ababangikanyamana ivyo batazi, kugira bahakane bigovyora bati: “Wavyigishijwe n’abahawe Igitabu”, no kugira Dutomorere ukuri abantu b’incabwenge, baheze bagukurikire1.