Irazi neza ibinyikira mw’isi nk’amama y’imvura n’ibindi1; ibiva mw’isi nk’ibimera, ubutare n’amazi n’ibindi; ibimanuka biva mw’ijuru nk’imvura, abamalayika n’Ibitabu, n’ibindi; ibiduga bija mw’ijuru nk’abamalayika, ibikorwa vy’ibiremwa, n’ibindi; ni na Yo rero Nyenimbabazi ku batoni bayo, Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya.