Bantu banje narungitsweko! Urwanko ruturutse ku kuba tudahuje gusa ukwemera, ntirutume mubandanya kuba intumva, kuko vyotuma muhanwa nk’uko hahanwe abantu ba Nuhu, canke abantu ba Huudi, canke abantu ba Swalehe. Kira noneho n’ihanwa ry’abantu ba Luutwi ntiryabereye kure y’aho mucumbitse!;