Eka n’ukwita kwanje ku rutare ndabahanura nshaka ko mwemera, nta co kuzobamarira mu gihe Imana Allah Yoshaka kubahubisha ngo Iheze Ibahane, ni Yo Mana yanyu Rurema, impera n'imperuka rero, ni no kuri Yo muzosubizwa mu buzima bw’inyuma yo gupfa, kugira Ibahembere ivyo mwakoze kw’isi”.