Alif Laam Raa1. Iki Gitabu, Imana Allah Yamanuriye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), Aayah zaco zaratunganijwe neza mu mpinyanyuro, hanyuma ziratomorwa neza mu vyerekeye amabwirizwa avuye ku Mana Allah, Intungane mu vyo Ikora, Muhetuziwavyose;