Igihe rero abantu bo mu muriro batanyeko imiragwe baharira hagati yabo, maze abapfuye gukurikira abandi, bakabwira indongozi zabo bakurikiye, zagira amanyama mu kutemera Imana Allah, bati: “Twebwe mu vy’ukuri, ni mwebwe twumviye kw’isi turabakurikira; aho none ga ntu, kuri uno musi ntimwoza tukabagerurira ku mutwaro wacu w’ibihano vyo mu muriro!”.