Firawuni yavuze abwira abunganizi biwe ati: “Nkundira mundeke nice Musa, maze aheze yambaze Imana yiwe Rurema Yamurungitse, Iheze Imutabare; mu vy’ukuri jewe, mfise ubwoba n’impungenge ko yohindura idini ryanyu mukamukurikira, canke agakwiragiza ubwononyi mu gihugu ca Misiri”.