Ababangikanyamana, nibagira amanyama mu kutubamira Imana Allah, baramenya ko abamalayika bari ku Mana yawe Rurema Allah, batigera bagira amanyama mu kutayubamira, ahubwo mbere ntibahengeshanya kuyininahaza no kuyitazira ijoro n’umurango, kandi bobo rero ntibigera baruha canke ngo badebukirwe1.