Ntumwa y'Imana! Iyo uhishuriwe igisomwa kibwiriza giti: “Nimwemere Imana Allah, munaharanire n'idini ry’Imana Allah muri kumwe n’Intumwa yayo, murondera indishi kuri Yo”, abifise mu ndyarya baca bagusaba n'impungenge n'akantu ko mutojana bati: “Enda tureke twigumanire hamwe n’abarekuriwe kutaja guharanira idini!1”.