Muvugishwamana! Uramutse ubajije izo ndyarya ku gituma zikunebagura wewe hamwe n’ingendanyi zawe, zizokwishura ziti: “Ni ukuri tuba turiko turiganirira, dutebura gusa bitavuye ku mutima!”. Zibwire uti: “Mbega none, ni ku Mana Allah no kuri Aayah n’Intumwa vyayo muba muriko murateburako!”.