Iyo zishima ivyo zihawe n’Imana Allah n’Intumwa yayo, zigaheza zikavuga ziti: “Iyikwiye kuduhagararira, ni Imana Allah, Izoheza Iduhe mu mpano zayo, Intumwa yayo na yo nyene izoduha mu vyo yahawe n’Imana Allah, mu vy’ukuri twebwe twipfuza ko Imana Allah Yodukenura”, vyari kuba vyiza cane kuri zo.