Ntumwa y’Imana! Ntibisanzwe ku bemera Imana Allah n’Intumwa yayo hamwe n’umusi w’iherezo, ko bagusaba uburenganzira bwo kudaharanira idini ry’Imana Allah mu gutanga amatungo yabo no mu kwitanga bo nyene ubwabo; burya Imana Allah, Irazi neza abayigamburukira mu kwubahiriza amabwirizwa yayo.