Emwe bantu! Ivyo muronswa rero mu matungo n’abana, n’ibindi, ni ibihendamaso vyo kuryoherwa akanya gato gusa mu buzima bwo kw’isi; nayo ibiri ku Mana Allah mu nema zo mu Bwami bw’ijuru, ni vyo vyiza cane kandi vyamaho ku bemera Imana Allah n’Intumwa zayo, bakishimikiza ku Mana yabo Rurema Allah, bakayizera;