Iyo naho muronse impano zivuye ku Mana Allah, mugatsinda mukanaronka iminyago, ni ukuri ashoka avuga yicuza n’ishari n’akantu nk’aho ata rukundo rwari ruri hagati yanyu na we, ati: “Ewe jewe wanje! Ese iyo nja kuba ndi kumwe na bo ku rugamba, ngaheza nkarusimba, maze nkanaronka no ku minyago”.