Indyarya, ni barya bagira mu bagarariji abagenzi somambike bacuditse babahagarariye bakirengagiza abemeramana. Mbega none ivyo babigira babaronderako icubahiro no gukingirwa! Ico bakwiye kumenya ni uko mu vy’ukuri icubahiro no gukingirwa vyose biva ku Mana Allah.