Inyifato yabo mu bugarariji, ni nk’inyifato y’abantu ba Firawuni n’abahakanye aho hambere yabo. Baragararije Aayah n’ivyemezo vy’Imana Allah, gutyo Imana Allah Ica Irabahanira ivyaha vyabo vyo kugarariza bakiri kw’isi. Burya Imana Allah Irahana Igahasha uwuyigararije agahakana n'Intumwa zayo.