Sign in
Sign in
Sign in
Select Language

Al-Kahf 18:21 وكذالك اعثرنا عليهم ليعلموا ان وعد الله حق وان الساعة لا ريب فيها اذ يتنازعون بينهم امرهم فقالوا ابنوا عليهم بنيانا ربهم اعلم بهم قال الذين غلبوا على امرهم لنتخذن عليهم مسجدا ٢١

Page 296 · Juz 15

وَكَذَٰلِكَ
أَعۡثَرۡنَا
عَلَيۡهِمۡ
لِيَعۡلَمُوٓاْ
أَنَّ
وَعۡدَ
ٱللَّهِ
حَقّٞ
وَأَنَّ
ٱلسَّاعَةَ
لَا
رَيۡبَ
فِيهَآ
إِذۡ
يَتَنَٰزَعُونَ
بَيۡنَهُمۡ
أَمۡرَهُمۡۖ
فَقَالُواْ
ٱبۡنُواْ
عَلَيۡهِم
بُنۡيَٰنٗاۖ
رَّبُّهُمۡ
أَعۡلَمُ
بِهِمۡۚ
قَالَ
ٱلَّذِينَ
غَلَبُواْ
عَلَىٰٓ
أَمۡرِهِمۡ
لَنَتَّخِذَنَّ
عَلَيۡهِم
مَّسۡجِدٗا
٢١
Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twabasinzirije ikiringo kirekire hanyuma Tukabakangura mw’itiro - Twatumye abantu bamenya aho bahungiye1, kugira bamenye ata gushidikanya ko isezerano ry’Imana Allah ryo kuzura abapfuye ku musi w’izuka, ari iry’ukuri. Ico gihe abantu bababonye bariciyemwo imigwi ku bijanye n’ukwemera izuka ry’ibiremwa; muri bo harimwo abemeye nya zuka ry’ibiremwa, hari n’abandi barihakanye. Iboneka rya benisenga ryabaye igitangaro cemeza ko izuka ry’ibiremwa ari ukuri. Benisenga bamaze kuboneka rero, ntibamaze kabiri, baciye bapfira muri rya senga ry’ibuye, ni ho abatanguye kubabona bavuga bati: “Nimubarekereyo, maze mwubakire umwugariro kw’iryo senga ry’ibuye, burya Imana yabo Rurema Allah, ni Yo Izi neza ukuri ku vyabashikiye”. Abaganza muri ico gihe bavuze bati: “Dutegerezwa kububakirako umusigiti2”.
reading-goal:continue-reading

Read q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

How the People of the City came to know about Them; building a Memorial over the Cave

وَكَذلِكَ أَعْثَرْنَا عَلَيْهِمْ

(And thus We made their case known,) means, `We caused the people to find them.'

لِيَعْلَمُواْ أَنَّ وَعْدَ اللَّهِ حَقٌّ وَأَنَّ السَّاعَةَ لاَ رَيْبَ فِيهَا

(that they might know that

…

How the People of the City came to know about Them; building a Memorial over the Cave

وَكَذلِكَ أَعْثَرْنَا عَلَيْهِمْ

(And thus We made their case know

…
View tafsirs

Read related-content

21. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twabasinzirije ikiringo kirekire hanyuma Tukabakangura mw’itiro - Twatumye abantu bamenya aho bahungiye, kugira bamenye ata gushidikanya ko isezerano ry’Imana Allah ryo kuzura abapfuye ku musi w’izuka, ari iry’ukuri. Ico gihe abantu bababonye bariciyemwo imigwi ku bijanye n’ukwemera izuka ry’ibiremwa; muri bo harimwo abemeye nya zuka ry’ibiremwa, hari n’abandi barihakanye. Iboneka rya benisenga ryabaye igitangaro cemeza ko izuka ry’ibiremwa ari ukuri. Benisenga bamaze kuboneka rero, ntibamaze kabiri, baciye bapfira muri rya senga ry’ibuye, ni ho abatanguye kubabona bavuga bati: “Nimubarekereyo, maze mwubakire umwugariro kw’iryo senga ry’ibuye, burya Imana yabo Rurema Allah, ni Yo Izi neza ukuri ku vyabashikiye”. Abaganza muri ico gihe bavuze bati: “Dutegerezwa kububakirako umusigiti”. 22. Mu bahawe Igitabu, harimwo abazovuga ku bijanye n’igitigiri ca benisenga, ko bari batatu hamwe n’imbwa yabo igira kane; harimwo n’abazovuga ko bari batanu hamwe n’imbwa yabo igira gatandatu. Umugwi wose muri iyo migwi ibiri, uzopfa gukekeranya igitigiri cabo ata cemezo ufise; harimwo n’abazovuga ko benisenga bari indwi hamwe n’imbwa yabo igira umunani. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Imana yanje Rurema Allah, ni Yo Izi neza na neza igitigiri ca benisenga uko kingana. Ni bake cane mu bantu bazi neza na neza igitigiri cabo”. Ntugaharire rero n’abahawe Igitabu ku vyerekeye igitigiri ca benisenga, kiretse igihe wobiganira ku vyo wahishuriwe n’Imana Allah gusa; ntuzonabaze n’umwe muri bo ku vyerekeye inkuru ya benisenga kuko ata nkuru y’imvaho bafise.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notes and Reflections

reflection-not-available

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute