Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah)! Nimwuname munubame mu gihe muriko murasenga, mwongere mwiyegereze Imana yanyu Rurema Allah mu vyo mukora vyose munayisenge mutayibangikanya, muheze mukore n’ivyiza kugira muronke intsinzi kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa1;