Bantu! Nta kiza kibashikira kw’isi mu vyo mwimbuye; canke kikabashikira mu ndwara, amapfa, ubukene no kubura abanyu, kiretse ko kiba canditswe mu Gitabu nyezina canditswemwo ivyagezwe n’ishirwa mu ngiro ryavyo “Lawhu Mahfuudhw”. Mu vy’ukuri, ivyo biroroshe cane ku Mana Allah.