Iyo Mana Allah, ni Yo Ituma umuyaga usunika ibicu, ugatanga umwizero w’imvura ko igira igwe ku burenganzira bwayo, maze ibiremwa bikaboneraho kuronka impuhwe zayo. Twaranatumye hagwa n’amazi y’imvura avuye mu bicu azananye mu kirere, amazi mushobora no gukoresha mu kwisukura;