Nimwaba mufise amakenga yuko Twamanuriye Qor’ani Intumwa yacu (Muhamadi nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), murazana rero igisomwa kimwe gusa gisa canke gisusa na Qor’ani, kandi murarike n’abantu bababere ivyabona hatarimwo Imana Allah, nimwaba muri imvugakuri mw’ihakana ryanyu rya Qor’ani.