Mu vy’ukuri Imana Allah, Irahayagiza Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ku batoni bayo mu bamalayika; abamalayika bayo na bo bakamuhayagiza banamusabira kuri Yo. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ni kuri izo mvo rero zo kwubaha no kwubahiriza uyo Muvugishwamana, mutegetswe kumusabira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah1.