Sign in
Sign in
Sign in
Select Language

Al-Ahqaf 46:8 ام يقولون افتراه قل ان افتريته فلا تملكون لي من الله شييا هو اعلم بما تفيضون فيه كفى به شهيدا بيني وبينكم وهو الغفور الرحيم ٨

Page 503 · Juz 26

أَمۡ
يَقُولُونَ
ٱفۡتَرَىٰهُۖ
قُلۡ
إِنِ
ٱفۡتَرَيۡتُهُۥ
فَلَا
تَمۡلِكُونَ
لِي
مِنَ
ٱللَّهِ
شَيۡـًٔاۖ
هُوَ
أَعۡلَمُ
بِمَا
تُفِيضُونَ
فِيهِۚ
كَفَىٰ
بِهِۦ
شَهِيدَۢا
بَيۡنِي
وَبَيۡنَكُمۡۖ
وَهُوَ
ٱلۡغَفُورُ
ٱلرَّحِيمُ
٨
Ahubwo rero, boba bavuga ko Muhamadi yarementanije Qor’ani! Ntumwa y’Imana! Bishure uti: “Mu gihe noyirementanya maze Imana Allah Ikampana, nta na kimwe mwomarira ngo munkureko ibihano vyayo. Burya Imana Allah, ni Yo Izi neza ivyo muvuga vyose ku vyerekeye iyi Qor’ani. Imana Allah, Irakwiye Ubwayo kuba Icabona hagati yanje na mwe, ni na Yo rero Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo”.
reading-goal:continue-reading

Read q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Refuting Claims of the Idolators about the Qur'an and the Messenger

Concerning the disbelief and rebellion of the idolators, Allah says that when the clear Ayat of Allah are recited to them they say;

هَذَا سِحْرٌ مُّبِينٌ

(This is plain magic!) meaning, simple magic. In this statement of theirs, they h

…

Refuting Claims of the Idolators about the Qur'an and the Messenger

Concerning the disbelief and rebellion of the idolators, Allah says that when the c

…
View tafsirs

Read related-content

7. Iyo ababangikanyamana basomewe Aayah zacu zitomoye, abagararije ukuri igihe kubashikira, baca bavuga bati: “Iyi Qor’ani, ni uburozi bweruye”. 8. Ahubwo rero, boba bavuga ko Muhamadi yarementanije Qor’ani! Ntumwa y’Imana! Bishure uti: “Mu gihe noyirementanya maze Imana Allah Ikampana, nta na kimwe mwomarira ngo munkureko ibihano vyayo. Burya Imana Allah, ni Yo Izi neza ivyo muvuga vyose ku vyerekeye iyi Qor’ani. Imana Allah, Irakwiye Ubwayo kuba Icabona hagati yanje na mwe, ni na Yo rero Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo”. 9. Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Si jewe mbaye uwa mbere mu Ntumwa zarungitswe n’Imana Allah ku biremwa; kandi kuri iyi si, sinzi n’ico Imana Allah Izonkorera yaba jewe canke mwebwe, sinkurikira mu vyo ndababwiriza no mu vyo nkora, kiretse ku vyo mpishurirwa na Yo; kandi jewe nta co ndi, kiretse ko ndi Umugabisha ku bihano vyayo, atomora amabwirizwa yayo”. 10. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Nimumbwire, mu gihe iyi Qor’ani yoba yavuye ku Mana Allah, maze mukayihakana mwivuye inyuma, hakaba n’icabona kivuye muri Bene Israyeli, cemeza ko muri Tawurati harimwo ibifitaniye isano na yo, kikaza cemeza umuzo w’Intumwa ari yo jewe Muhamadi, kikanagendera ibiri muri Qor’ani, na mwe mukirenganya mukagira amanyama mu kutavyemera, hari ukugarariza kwoza kuruta ukwo! Mu vy’ukuri Imana Allah, ntirongora mu nzira yayo y’ubwislamu abantu birenganya mu kuyigarariza no mu kurenga ku mabwirizwa yayo”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notes and Reflections

reflection-not-available

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute