Abagize amanyama bakihambaza, bazoheza babwire abacinyijwe mu guhubishwa bati: “Mbega burya, ni twebwe twabahubishije inzira y’ukwemera inyuma y’aho ibashikiriye! Eka murabaga mwifashe! Ahubwo nyabuna, mwari abanyavyaha kuko mwagararije ku bushake bwanyu”.