Bakurikijwe n’imivumo y’Imana Allah kuri iyi si. Ku musi w’izuka naho, bazoshavurirwa n’Imana Allah. Bantu, nimwumve mwumvireho! Mu vy’ukuri, Bene Aadi baragararije Imana yabo Rurema Allah, bahakana bivuye inyuma n’Intumwa zayo. Bantu, nimwumve mwumvireho! Haragahona Bene Aadi barungikiwe Huudi.