Mu vy’ukuri, mw’ihanwa ry’utwo ducimbiri, ni ukuri harimwo inkebuzo kuri uwo wese atinya ibihano vy’Imana Allah mu buzima bw’inyuma yo gupfa, umusi hegeranijwe abantu kugira baharurirwe, maze bahemberwe ivyo bakoze, ni n'umusi ibiremwa vyose bizokwibonera.