Ntumwa y’Imana! Igihe uciriwe agace ka Isa mwene Mariyamu, ababangikanyamana mu bantu warungitsweko bariko barahazana na we, baciye bicwa n’akamwemwe ko baronse icitwazo c’uko imana zabo babangikanya n’Imana Allah, ari nka Isa mwene Mariyamu ku banaswara1;