Mbega none, abasivye ku rugamba rwa Tabuuki hamwe n'abarugiyeko ntibaramenya ko Imana Allah ari Yo Yonyene Yakirira ibiremwa ukwigaya kwavyo, Ikemera imperezwa Ikanayihembera, n’uko kandi ari Yo Nyenukwumvirabigaya, Yumvira abayitakambira muri vyo, Nyenimbabazi ku batoni bayo!