Abatemera umuhero w’isi, ni bo bihutira gusaba ko ushika vuba bwango; nayo abawemera, baragira impungenge n’ubwoba ku muzo wawo, barazi n’uko ari ukuri, utegerezwa gushika. Bantu, nimwumve mwumvireho! Mu vy’ukuri, abaharira mu guhakana umuhero w’isi, bari mu muzimagiza uri kure cane y’ukuri.