Na barya baharira mu bijanye n’idini ry'ubwislamu, Imana Allah Yarungikanye Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), inyuma y’aho abantu bamwumviye bakaryinjira, ivyitwazo n’iharira vyabo ku Mana yabo Rurema Allah, bizobabera impfagusa, Iheze Ibashavurire mu buzima bwo kw’isi; baranategekanirijwe n’ibihano bikaze vy’umuriro mu buzima bw’inyuma yo gupfa.