Imana Allah Irema kizima mu capfuye1, Igakura icapfuye muri kizima2, Igaheza Igatotahaza n’isi inyuma yo kugaduka. Bantu! Ni nk’uko nyene rero Imana Allah - Isubiza ubuzima ivyo - Izobasubiza ubuzima, maze mukazuka mukava mu kuzimu kugira muharurirwe ku vyo mwakoze.