Bemeramana! Aho hambere yanyu, harabaye imigwi y’abantu, abemera muri bo barageragejwe mu kuneshwa igihe bahanganye n’abagarariji, ariko impera n’imperuka bakabatsinda. Kubera ivyo rero, nimugendagende kw’isi mwibuka ivyo, maze mwirabire ivyashikiye abahakanye Imana Allah n’Intumwa zayo 1.