Ntumwa y’Imana! Iyo rero hataba ukwanka guhanira abagarariji ivyaha vyabo batarashikirwa n’Intumwa, bakavuga bigovyora bati: “Mana yacu Rurema Allah! Ubwo ntiwari gupfuma ubanza kuturungikira Intumwa, maze tugakurikira Aayah ziri mu Gitabu cawe Wamanuye, tugaheza tukaba no mu bemeramana!”, ntitwari kukurungika.