Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Mutaffifyn 83:10 ويل يوميذ للمكذبين ١٠

Ukurasa 588 · Juzuu 30

وَيۡلٞ
يَوۡمَئِذٖ
لِّلۡمُكَذِّبِينَ
١٠
Uguhanwa nya guhanwa, ni ukw’abahakanyi;
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Record of the Wicked and some of what happens to Them

Allah says truly,

إِنَّ كِتَبَ الْفُجَّارِ لَفِى سِجِّينٍ

(Nay! Truly, the Record of the wicked is in Sijjin.) meaning, that their final destination and their abode will be in Sijjin, which is derived from the word prison (Sijn), and here it

…

The Record of the Wicked and some of what happens to Them

Allah says truly,

إِنَّ كِتَبَ الْفُجَّارِ لَفِى سِجِّينٍ

(Nay! Truly, the Record of the wic

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

1. Uguhanwa nya guhanwa, ni ukw’abazirika umunzani n’abadakwiza ingero (igipimo); 2. Abitwararika gukwirizwa ku munzani n’ingero mu gihe bapimiwe n’abandi bantu. 3. Iyo naho bapimiye abandi bantu ku ngero canke ku munzani, ntibakwiza urugero. 4. Mbega, ntibazi ko bazozurwa bakanahemberwa ivyo bakoze! 5. Ku musi w’intureka zihambaye. 6. Umusi abantu bose bazohagarara imbere y’Imana yabo Rurema Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose, kugira Ibahembere ivyo bakoze vyose. 7. Nibateshwe bate, barahumba! Mu vy’ukuri, ubushikiro bw’inkozi z’ikibi ni mu kaga “Sijjiini”. 8. Mbega, ni igiki cokumenyesha akaga “Sijjiini” ico ari co? 9. Ni ibihano bibabaza vy’akataraboneka bategekanirijwe, vyanditswe mu buryo ata kwihenda kurimwo. 10. Uguhanwa nya guhanwa, ni ukw’abahakanyi; 11. Bahakana bivuye inyuma ko hari umusi w’impera. 12. Nta wuhakana uwo musi atari uwimonogoje mu buhakanyi, umunyavyaha ruhebwa; 13. Iyo asomewe Aayah zacu za Qo’rani, aca avuga ati: “Ivyo, ni imigani n'ibitito vy’ab'aho hambere”. 14. Nibateshwe bate, barahumba! Ahubwo ni amajambo y’Imana Allah Yahishuriye Intumwa yayo. Bananiwe kwemera Qor’ani, kuko imitima yabo yaguye ingese, itewe n’ibicumuro bakoze. 15. Nibateshwe bate, barahumba! Ahubwo mu vy’ukuri, abahakanyi kuri uwo musi w’izuka, bazobuzwa kubona Imana yabo Rurema Allah; 16. Hanyuma binjire mu muriro ururumba, bawote; 17. Hanyuma babwirwe n’abamalayika bawucungereye bati: “Ibi, ni vya bihano mwahora muhakana mwivuye inyuma”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia