Imana Allah Yarahaye isezerano abayemeye bakemera n’Intumwa yayo, bakanakora n’ivyiza bitegetswe, ko Ibagumiriza akabanga ku vyaha vyabo ntibibahanire, n’uko Izobahembera ivyo bakoze, Ikabaha impembo ihambaye y’Ubwami bw’ijuru, burya Imana Allah ntirenga kw’isezerano.