Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Kahf 18:33 كلتا الجنتين اتت اكلها ولم تظلم منه شييا وفجرنا خلالهما نهرا ٣٣

Ukurasa 297 · Juzuu 15

كِلۡتَا
ٱلۡجَنَّتَيۡنِ
ءَاتَتۡ
أُكُلَهَا
وَلَمۡ
تَظۡلِم
مِّنۡهُ
شَيۡـٔٗاۚ
وَفَجَّرۡنَا
خِلَٰلَهُمَا
نَهَرٗا
٣٣
Umurima wose muri nya mirima ibiri, waratanga umwimbu w’ivyamwa utigera ugabanuka. Twari Twacishije hagati ya nya mirima inzuzi ziyivomera vyoroshe;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Example of the Rich Idolators and the Poor Muslims

After mentioning the idolators who were too arrogant to sit with the poor and weak among Muslims, showing off before them with their wealth and noble lineage, Allah then gives a parable for them of two men, one of whom Allah gave two gardens of g

…

The Example of the Rich Idolators and the Poor Muslims

After mentioning the idolators who were too arrogant to sit with the poor and weak among Muslims

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

32. Ntumwa y’Imana! Abagarariji urabacira agace k’abagabo babiri bigeze kubaho, umwe muri bo akaba yari umwemeramana; uwundi na we akaba umugarariji. Uyo mugarariji, Twebwe Allah Twamuhaye imirima itotahaye ibiri y’imizabibu, ikikujwe n’ibiti vyinshi vy’itende, maze hagati ya nya mirima ibiri, Twahashize indimo z’ibindi biterwa ngirakamaro bitandukanye. 33. Umurima wose muri nya mirima ibiri, waratanga umwimbu w’ivyamwa utigera ugabanuka. Twari Twacishije hagati ya nya mirima inzuzi ziyivomera vyoroshe; 34. Nya mugarariji rero yari afise umwimbu ushemeye, aratunga aratunganirwa, maze igihe kimwe abwira wa mwemeramana amwishimako ati: “Jewe ndakurusha kure n’iyo ubutunzi hamwe n’abakozi nkoresha”. 35. Ni ho rero yinjira muri nya murima wiwe yirenganya mu kutemera izuka ry’ibiremwa, maze avuga ahimbajwe n’umwimbu w’ivyamwa vyawo, ati: “Sinibaza ko uwu murima wanje uzokwigera uhona! 36. Eka sinibaza ko n’umuhero w’isi uzobaho! Mu gihe vyoshika naho nya muhero w’isi ukabaho, ngasubizwa ku Mana yanje Rurema Allah, nzosangayo ivyiza bisumba uwu murima bindindiriye”. 37. Mugenziwe w’umwemeramana ni ho yamubwira amuhanura, ati: “Bikugendera gute ngo ugararize Imana Allah Yakuremye mw’ivu ufatiye kw'iremwa rya so Adamu, hanyuma Ikurema mw’ima ry’intanga, hanyuma Irakuringaniza Ikugira umuntu muzima!. 38. Ariko jewe sinoba nkawe rero, jewe ndemera ko inkomoko y’impano zose, ari Imana yanje Rurema Allah, kandi sindota ndayibangikanya n’ikintu na kimwe mu biremwa. 39. Igihe winjira mu murima wawe uhimbajwe n’umwimbu w’ivyamwa, ntiwari gupfuma uvuga uti: “Ico Imana Allah Ishatse kiraba, nta nguvu mfise zo kuronka uwu mwimbu, kiretse ku vyo nshobojwe n’Imana Allah”. Niwaba unsuzugura kuko mfise ubutunzi buke n’abana bake; 40. Hari n’aho Imana yanje Rurema Allah Yompa ivyiza bisumba umurima wawe, maze Ikarungika inkuba igakubita nya murima, uwo murima ugahinduka ubukumbagare; 41. Canke ukazinduka usanga amazi avomera nya murima yakamye, ico gihe ntuzopfa usubiriye kuronka amazi yo kuwuvomera”. 42. Ubutigu bugeze rero, ni ho nya murima waterwa n’ivyago, maze ivyamwa birahona, wa mugarariji asigara akunkumura ibiganza vyiwe (yipfumbereje) n’ishavu n’akantu, yicuza ku gahombo k’umutahe yakoresheje, nya murima ucika akayazwe. Ni ho wa mugarariji yavuga yishwe n’agahinda n'akantu ati: “Ese iyo menya ubushobozi n'ububasha vy’Imana yanje Rurema Allah, ngaheza ngashima inema zayo, nkareka no kuyibangikanya n’ikintu na kimwe!”. 43. Ico gihe rero, abantu yishimira ko bamukikije, nta co bamumariye ngo bamutabare mu bihano vy’Imana Allah, eka ntiyari no kwirwanako ubwiwe ngo arokoke nya bihano. 44. Mu gihe c’ivyago rero, ubuhagarikizi n’ubutabazi vy’ukuri, biba ari ivy’Imana Allah, bikaba ari yo ndishi n’iherezo ryiza ku bagamburukiramana.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia